A l’occasion de la célébration de la journée mondiale de l’environnement du 05 Juin 2024 l’association Youth for New Vision a organisé une activité de collecte des bouteilles en plastique … Continue reading Célébration de la Journé mondiale de l’environnement
ACTIVITE DE COLLECTE DES BOUTEILLES EN PLASTIQUE
Samedi le 04 mars 2023, l’association Youth for New Vision a procédé à une activité de la collecte des bouteilles en plastique en mairie de Bujumbura précisément dans la zone … Continue reading ACTIVITE DE COLLECTE DES BOUTEILLES EN PLASTIQUE
IRUHANDE YO KWIYUNGUNGANYA BAHISEMWO GUFASHA BA NTAHONIKORA
Mu gihe gisozera umwaka, imiryango irahimbariza Noweli abana. Ariko abafise amikoro makeya ngo hari abo bidakundira. Abaronse ico batanga bosangira uwo munezero n’abatishoboye kugira nabo baronke icizere. Bimenyeshwa na Jean … Continue reading IRUHANDE YO KWIYUNGUNGANYA BAHISEMWO GUFASHA BA NTAHONIKORA
URWARUKA NGO RUKWIYE KWIYUBARA RUKIRINDA KWUBAKA RUTIYANDIKISHIJE
» Umugabo wanje twubakanye tutanditswe, amezi atatu aheze twatanguye kubura ayo kuriha inzu. Ubukene bwaradufashe ico gihe nanje nari namaze gusama imbanyi n’ ivyo gufungura ntivyaboneka neza. Mu nyuma umugabo … Continue reading URWARUKA NGO RUKWIYE KWIYUBARA RUKIRINDA KWUBAKA RUTIYANDIKISHIJE
AFISE IMYAKA 20 AKABA AMAZE KUBA NYINA W’IMPFUVYI 18
Annick Nzeyimana aba muri quartier Kajiji ya zone Kanyosha iri mu gisagara ca Bujumbura. Aho twamusanze mu nzu yasigiwe n’abavyeyi inyuma yo kwitaba Imana atwiganira ko yaciye aheba ishure kugira … Continue reading AFISE IMYAKA 20 AKABA AMAZE KUBA NYINA W’IMPFUVYI 18
L’association Youth for New Vision a tenu un atelier de formation sur le leadership et l’ entrepreneuriat.
L’association Youth for New Vision a tenu un atelier de formation sur le leadership et l’ entrepreneuriat. L’atelier a été clôturé pardes échanges en groupe.
Un atelier de renforcement des capacités, est tenu à l’endroit des administratifs de Youth for New Vision et des groupements de solidarité.
un atelier de renforcement des capacités, est tenu à l’endroit des administratifs de Youth for New Vision et des groupements de solidarité. Sous les thèmes : « La gestion organisationnelle » et … Continue reading Un atelier de renforcement des capacités, est tenu à l’endroit des administratifs de Youth for New Vision et des groupements de solidarité.
Lancement de son Projet dénommé » Main-Forte » par l’Association Youth for New Vision
Dans le Cadre de Lancement de son Projet Dénommé » Main-Forte », l’Association Youth for New Vision( YNV, en sigle) a, en premier lieu, procédé à la collecte des substances non- biodégradables … Continue reading Lancement de son Projet dénommé » Main-Forte » par l’Association Youth for New Vision